AGASHI sur les réseaux sociaux


Agashiburundi

@agashiburundi

+257 75 055 055


Radios partenaires

AGASHI ici

AGASHI 3 EPISODE 156

À Bukima, chez Dina c’est la fête après avoir récupéré la maison.

À Mugwiza, Ruberika vient d’être élue maman Muco à 100% de voix. Vito témoigne combien Ruberika à aider sa famille alors qu’elle traversait des moments difficiles. Grace à ses conseils, lui et sa femme Claudette sont des modèles.

À Kagona, Vanessa amène une lettre à Béa qui lui annonce une bourse d’études pour son dévouement à enseigner l’entrepreneuriat chez les jeunes.

PMC-Burundi · AGASHI 3 EPISODE 156


AGASHI 3 EPISODE 155

À Burisho, Tengenge rentre à la maison avec plusieurs cadeaux pour s’être donnée comme agent de santé communautaire. Elle trouve chez elle, a la grande surprise, Kimata et ses voisins qui ont organisé une petite fête pour la remercier de tout ce qu’elle a fait pour sa famille. Kimata lui donne un bouc.

À Mugwiza, Soto revient de la proclamation des résultats. Sa fille Titina a été la première loin devant le second. Elle a reçu plusieurs prix. Soto en profite pour organiser une fête et a invité sa sœur Muhorakeye et ses enfants pour les aider à surmonter leur douleur après la mort de Piyo, son beau-frère.

À Bukima, Dina se prépare pour retourner dans sa maison. Jennifer raconte à Lysa qu’elle connaît une crise financière terrible suite au chômage.

PMC-Burundi · AGASHI 3 EPISODE 155


Tuyage Agashi

Tuyage Agashi du 28.09.2021

Naho havugwa cane ikiza ca Coronavirus, indwara ya malaria iguma ariyo ndwara ya mbere igwara benshi ikongera ikica benshi mu Burundi. Ibiharuro biva mu Bushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kugwanya Sida vyemeza yuko abantu (...)

TUYAGE AGASHI DU 31.08.2021

Muri kino kiganiro Tuyage agashi turagaruka kukugene abigeme bokingirwa gutwara inda bakiri bato . Umutumire wacu akaba ari umushingantahe Ndihokubwayo Jacques, akaba ari umuhanuzi mu bushikiranganji bwo gufatana munda, agateka ka zina muntu (...)

TUYAGE AGASHI DU 27.07.2021

Muri kino kiganiro, tugaruka ku kamaro ko gufungura neza ku mukenyezi yibungenze. Icegera c’uwurongoye umugambi w’igihugu witaho ibijanye n’ugufungura neza aremeza ko umukenyezi yibungenze ategerezwa gufungura incuro zine n’iburiburi kandi izo (...)

TUYAGE DU 29.06.2021

Umwana aronse incanco zikwiye ni umwana aronkejwe incanco hubahirijwe ikirangaminsi c’incanco gushika ku mezi cumi n’umunani. Muri kino kiganiro, turumviriza akamaro ko kwubahiriza ikirangaminsi n’akamaro ko gucandaga abana. PMC-Burundi · TUYAGE (...)

TUYAGE DU 25.05.2021

Mu kiganiro Tuyage Agashi, umutumire Bernadette Nkanira akorera mu mugambi w’igihugu ujejwe irondoka rijanye n’amagara meza (PNSR) aratubwira akamaro ko kwibarukira kwa muganga n’ugusuzumisha amagara y’umuvyeyi inyuma yo kwibaruka. I Makamba, (...)

TUYAGE AGASHI DU 25.05.2021

Mu kiganiro Tuyage Agashi, umutumire Bernadette Nkanira akorera mu mugambi w’igihugu ujejwe irondoka rijanye n’amagara meza (PNSR) aratubwira akamaro ko kwibarukira kwa muganga n’ugusuzumisha amagara y’umuvyeyi inyuma yo kwibaruka. I Makamba, (...)

TUYAGE AGASHI DU 30.04.2021

Gupimisha imbanyi ni ngira akamaro ku muvyeyi ku neza y’amagara yiwe n’ikibondo. Mu ntara ya Karusi, abakenyezi bamwe bamwe barasuzumisha imbanyi batevye. Umutumire mu kiganiro, Bernadette Nkanira ahanura abakenyezi kuja kwa muganga imbere (...)

TUYAGE AGASHI DU 30.03.2021

AKAMARO KO KWANDIKWA KU BUBAKANYE MU NTUMERO YO KUGWANYA AMABI AFATIYE KU GITSINA Kuba hari ingo zibana bidaciye mu mategeko bituma hakorwa amabi afatiye ku gitsina cane cane mu guhohotera umukenyezi. Mu ntumbero yo gukinga ayo mabi, kuva (...)

TUYAGE AGASHI DU 25.02.2021

URUHARA RW’UMUSEGETERA MU KURWANYA MALARIYA Umusegetera urimwo umuti wica imibu ni kimwe mu biza imbere mu bikoreshwa mu kurwanya indwara ya malaria. Muri kino kiganiro murumva ido n’ido kubijanye n’ingene uwo musegetera wokoreshwa n’umutumire (...)

TUYAGE AGASHI DU 25.02.2021

AKAMARO KO KUJA INAMA HAGATI Y’ABUBAKANYE MU GUTANDUKANYA IMVYARO Haracibonekeza mu miryago ukutaja inama hagati y’abubakanye mu bijanye n’irondoka ryisunga amagara meza. Muri kino kiganiro turumva imvo n’icokorwa kugira haboneke inama (...)




Dans cette rubrique

Tuyage Agashi 30 mars 2017
Tuyage Agashi 23 février 2017
Tuyage Agashi 26 janvier 2017: La sexualité précoce chez les adolescents
Malades mentaux: il faut les secourir à temps
La malnutrition au Burundi, une réalité!
Tuyage AGASHI: les Burundais doivent changer de mentalité

1 | 2 | 3



Retour à la page d'accueil