AGASHI sur les réseaux sociaux


Agashiburundi

@agashiburundi

+257 75 055 055


Radios partenaires

AGASHI ici

AGASHI 4.0 EPISODE 37

À Kagona, Vanessa propose de change de fournisseur d’emballages pour défaut de qualité. Mudiri lui dit de laisser le fournisseur actuel car il lui donne quelque chose en guise de remerciements pour le marché. Vanessa lui conseille de travailler dans la transparence et propose qu’il y ait des fournisseurs pour déposer des pro forma afin de choisir le meilleur.

À Bukima, Raphaël dit que la mère de Gaëlla ne se préoccupe pas de l’éducation de sa fille. Elle continue à lui demander de l’argent alors qu’elle en profite pour acheter des habits de sa fille Gaëlla. La maman nie lui avoir acheté de nouveaux habits. Raphaël lui dit qu’elle sera responsable des conséquences s’elle ne s’attache pas à bien éduquer sa fille.

À Burisho, Thierry amène de l’argent pour rationner les enfants de Gahore. Il dit que l’argent vient du taxi-vélo et que cela va continuer à lui procurer de l’argent pour subvenir aux besoins. Gahore le supplie de rester pour dormir chez elle…

PMC-Burundi · AGASHI 4.0 EPISODE 38


AGASHI 4.0 EPISODE 37

À Mugwiza, Kwasa et avec Kayange dans un bar. Kayange est complexée mais Kwasa la rassure et lui dit qu’il peut meme l’emmener chez elle peu importe l’heure. Cela ne va pas inquieté son père surtout qu’il est devenu ami à lui. Kwasa lui demande d’entre en relation amoureuse avec elle. Kayanga semble être d’accord mais lui dit qu’elle ne va jamais coucher avec lui. Kwasa accepte.

À Burisho, Thierry a recu un coup de main de Kimata pour la construction de sa maison. Kimata conseille Thierry d’abandonner Gahore car il est incapable de subvenir aux besoins de deux femmes. Thierry ne veut rien entendre.

À Kagona, Kathia et Wadudu ne s’entendent pas sur les commissions sur le travail de massage. Kathia veut donner 10% alors que Wadudu veut 20%. Wadudu avance que Kathia peut gagner plus surtout grâce à sa beauté. Il lui promet de lui amener des clients venant de l’autre rive de Kimira. Les gens de là ont une monnaie qui a une grande valeur.

PMC-Burundi · AGASHI 4.0 EPISODE 37


Tuyage Agashi

TUYAGE AGASHI DU 28.04.2022

Muri kino kuganiro tugaruka kuri zimwe mu ngeso ziranga ubuhumbu aho duherereye ziranga ubuhumbu cane cane ku rwaruka hamwe n’ico inzego bategerezwa gukora mu gukingira urwo rwaruka. Kugira tubiganire neza, muri kino kiganiro, twatumiye (...)

TUYAGE AGASHI DU 26.04.2021

Muri kino kiganiro tugaruka kukugene malariya iriko iragwanywa mu mihingo itandukanye harimwo kwigisha gupima no kuvura malariya bikozwe n’abaremesha kiyago. Turabashikana mu ntara ya Makamba twumve uko vyifashe. Muri studio, umutumire ni (...)

TUYAGE AGASHI DU 20.01.2022

Muri kino kiganiro Tuyage Agashi tugaruka ku nyifato ibereye umuvyeyi ategerezwa kugira mu gihe umwana wiwe atwaye inda atipfuje akiri mu bigero. Turabashikana mu ntara ya Rumonge aho twumva bamwe mu bavyeyi abana babo batwaye inda n’ingene (...)

TUYAGE AGASHI DU 31.03.2022

Muri kino kiganiro tuza kubayagira akamaro ko kwitegura bikwiye kwubaka urugo ku rwaruka mu ntumbero yo kwitegurira neza ivy’irondoka rijanye n’amagara meza n’ukwisununura mu bijanye n’uburyo bwo kwibeshaho vya minsi yose. PMC-Burundi · TUYAGE (...)

TUYAGE AGASHI DU 24.03.2022

Muri kino kiganiro tugaruka ku kamaro k’amavuriro matoyi y’abagenzi b’urwaruka mu kwigisha ibijanye n’ubuzima ndorabitsina. Turumviriza n’urwaruka rwo mu ntara ya Muyinga aho bivugira bimwe muvyo bashima nk’inyigisho bagiye baronswa n’abaganga. (...)

TUYAGE AGASHI DU 22.03.2022

Muri kino kiganiro turaronka umuco ku buryo bukoreshwa mu gutandukanya imbanyi. Turabashikana kandi mu ntara Karusi aho abenegihugu bashikiriza amakenga atuma bamwe badahurumbira ubwo buryo n’ico abaremeshakiyago n’abaganga bakora kugira (...)

TUYAGE AGASHI DU 28.02.2022

Tubaganirira uno munsi ku ruhara rw’abaremeshakiyago mu kurwanya indwara ya malariya ibandanya isinzikaza abantu cane cane abana badashikana imyaka 5 n’abavyeyi bibungenze. Muganga Pierre Sinarizi n’umutumire akaba arongoye umugambi w’igihugu (...)

TUYAGE AGASHI DU 24.02.2022

Tubaganirira uno munsi ku ruhara rw’abaremeshakiyago mu kurwanya indwara ya malariya ibandanya isinzikaza abantu cane cane abana badashikana imyaka 5 n’abavyeyi bibungenze. Muganga Pierre Sinarizi n’umutumire akaba arongoye umugambi w’igihugu (...)

TUYAGE AGASHI DU 22.02.2022

Muri kino kiganiro Tuyage Agashi tugaruka ku ndwara ya Malaria ibandanya yibonekeza mu Burundi. Umutumire akaba ari Muganga Pierre Sinarinzi arongoye umugambi w’igihugu ujejejwe kurwanya malaria. Turaza no kubashikana kandi mu ntara ya Rumonge (...)

TUYAGE AGASHI DU 27.01.2022

kwibarukira kwa muganga no kwisuzumisha inyuma yo kwibaruka CPON : akamaro ni nyabaki ? vyifashe gute mu gihugu ? Mu kiringo c’iminsi 42 inyuma yo kwibaruka, impanuro zo kwa muganga zisaba ko umukenyezi ategerezwa gusubira kwisuzumisha (...)




Dans cette rubrique

TUYAGE AGASHI DU 28.04.2022
TUYAGE AGASHI DU 26.04.2021
TUYAGE AGASHI DU 20.01.2022
TUYAGE AGASHI DU 31.03.2022
TUYAGE AGASHI DU 24.03.2022
TUYAGE AGASHI DU 22.03.2022
TUYAGE AGASHI DU 28.02.2022
TUYAGE AGASHI DU 24.02.2022
TUYAGE AGASHI DU 22.02.2022
TUYAGE AGASHI DU 27.01.2022

1 | 2 | 3 | 4 | 5



Retour à la page d'accueil